Haheze indwi zibiri atamvura igwa muri ico kiyaya cavomerwa n'amazi y'imvura. uno murimyi ati: "Twarihuse turatera umuceri none amazi yakamye"
Abarimyi barimira muri ico kiyaya basa n'abafise amakenga ko bashobora kuhahombera hamwe imvura yoshishikara iteba kugwa. Bamwe babona ko ico kiyaya cari gikwiye kuvomerwa kugira abarimyi ntibagume baraba hejuru
No comments:
Post a Comment